A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Utujajuro

Utujajuro twa Samandari na Inarunyonga

Gikere

Gikere bakibariye bati: "Gikere ja kuvoma."
Naco giti: "Ndiruhiye."
Bati: "Gikere ja gusenya udukwi."
Giti:"Ndirwariye."
Barasubira bati: "Gikere zana inkoko tukugaburire."
Giti:"Ngaho mpfe kwandara."


ajouté par Inès - Commentaires(0)

Kirogorye

Ikirogorye canyereye ki gishishwa, kirarwa,
Giti: "Haborewe jewe, hari akantu abaruganye."


ajouté par Inès - Commentaires(0)

Imfyisi

Babajije imfyisi bati: "Mbega ko ugenda wunamye?"
Iti: "Ni isoni za cane." Naho yariko irakwega umupfu.


ajouté par Inès - Commentaires(0)

Page: « < 1 - 2 - 3 - 4 - 5 - 6 - 7 > »

Mots du jour

- Que veut dire "imbeho"?
- Que veut dire "kwibuka"?
- Que veut dire "nka"?
- Que veut dire "umwungere"?
- Que veut dire "amazi"?

Quoi de neuf? New

Maintenant vous pouvez ajouter des commentaires sur les utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.