A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Utujajuro

Utujajuro twa Samandari na Inarunyonga

Samandari

Babajije Samandari bati: "Urabona Samandari ugaturutsa inka uzikubita?"
Nawe ati: "niba iwanyu muzirya amenyo......."


ajouté par ndabaphael - Commentaires(0)

Utujajuro

- Samandari bamubajije bati: ko witwaje umupfu kumuhamba;

Ati: uwari kumuntwaza ni uyu nyene.


- Samandari yaneye munzira bati: urabona aho uneye

Ati: niyamera nzoyicira


- Samandari bamusanze ariko ararya amabuye bati: uriko urarya amabuye?

Ati: nabonye amaze igihe kiki mu mazi nibaza ko yavunze


- Inarunyonga yicaye mukivumva icat... [ suite ]


ajouté par Gavi - Commentaires(0)

Ifundi

Ifundi yugamye musi y'igitikatika,
iti: "Nari bwabe umwami ntaravugirizwa ingoma."


ajouté par Inès - Commentaires(0)

Page: « < 1 - 2 - 3 - 4 - 5 - 6 - 7 > »

Mots du jour

- Que veut dire "isuka"?
- Que veut dire "umwiza"?
- Que veut dire "Umubiri"?
- Que veut dire "vuba"?
- Que veut dire "isahani"?

Quoi de neuf? New

Maintenant vous pouvez ajouter des commentaires sur les utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.