A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Utujajuro

Utujajuro twa Samandari na Inarunyonga

Ikirogorye

Ikirogorye canyereye kugishishwa giti: "Haborewe jewe hari akantu abaruganye"


ajouté par Desclaude - Commentaires(6)

Samandari

Babajije Samandari bati: mbe Samandari uvuye hehe?
Samandari ati: mvuye mu kuzimu guhinda umuyaga!

Bati: none uhasize iki?
Nawe ati: nsize ruserinkono ku ziko, yamara imboga zo kubukoza nataba wewe ni jewe!


Samandari yabuze umuntu, abaje kumufasha bati: zana isuka tumuhambe.
Nawe ati: baza uwo nyene ni we azi aho ayibika!


Samandari y... [ suite ]


ajouté par Em.Nd - Commentaires(8)

Umukecuru

Agakecuru kariko karitora inda kicaye kumugina, gatangura kwidodomba gati: "ewe iconyanura".
Ubwonyene inkuba iti pwa.....
Nako gati: "oya twarutwo nidedembera".


ajouté par ndabaphael - Commentaires(1)

Page: « < 1 - 2 - 3 - 4 - 5 - 6 - 7 > »

Mots du jour

- Que veut dire "urwarwa"?
- Que veut dire "kwugara / ugara"?
- Que veut dire "imbwa"?
- Que veut dire "ingoma"?
- Que veut dire "imbeba"?

Quoi de neuf? New

Maintenant vous pouvez ajouter des commentaires sur les utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.