A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Imigani

Espace réservé aux récits historiques, épopées et contes didactiques

Ingona n'Isake III

Abashingantahe basanga isake ivuga ukuri. Ariko bakubitiza agatima kure vya vyinyo vya ya ngona, bibuka ko itigera yemera gutsindwa, umwe wese akibaza ingingo ishikirizwa igihugu, akabura, baguma mu madidane.


Ni ko kuja mu mwiherero. Abantu na bo bakwirikiranye urubanza, bari barindiranye igishika urwo bacira ingona. Abashingantahe iyo bari mu mwiherero bicamwo imigwi itatu.

suite ]


ajouté par Inès - Commentaires(8)

Ingona n'Isake II

(Ingona n'Isake igice ca kabiri)


Ba bakurambere na bo n’ishavu n’akantu baja kuraba ya sake, basanga yibereye i muhira.
Ni ko kuyibaza igituma igambararira abagabo.


Na yo yikora mu gahogo: "Sinkarote ngaya abagabo!"


suite ]


ajouté par Inès - Commentaires(1)

Ingona n'Isake I

Harabaye abantu babana mu mwumvikano ntangere. Maze rero mu gihugu biberamwo, harangwa ibikoko, vyaba ivyo batunze, ivyo mw’ishamba canke mu nzuzi. Vyose vyarabagamburukira. Abo bantu barakora cane, ariko muri bo bake bararyamira.


Naho nyene batari bwasubiranemwo bimwe biboneka, abazinduka baridogera abaryamira ko babatana ikivi, ngo babarya imitsi. Ariko kubera ko birinda ... [ suite ]


ajouté par Inès - Commentaires(9)

Page: « < 1 - 2 > »

Mots du jour

- Que veut dire "urwarwa"?
- Que veut dire "kwugara / ugara"?
- Que veut dire "imbwa"?
- Que veut dire "ingoma"?
- Que veut dire "imbeba"?

Quoi de neuf? New

Maintenant vous pouvez ajouter des commentaires sur les utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.