A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Ibisokozo

Devinettes en Kirundi: Sokwe? Ni ruze! ... Impa!

Sokwe? Niruze!

Tora akato ntore akandi tuje kugarura ico tutari bubone.

=> Amaganga y'inkoko.


ajouté par Inès - Commentaires(0)

Sokwe? Niruze!

Akavumu kanje mpungura bunyoni.

=> Inkono y'umurango ntirya umwe.


ajouté par Inès - Commentaires(0)

Sokwe? Niruze!

Ndi mugufi nkaba mu rwanje.

=> Igicaniro


ajouté par Inès - Commentaires(0)

Page: « < 1 - 2 - 3 - 4 - 5 - 6 - 7 - 8 - 9 - 10 > »

Mots du jour

- Que veut dire "ubwanwa"?
- Que veut dire "urupapuro"?
- Que veut dire "nka"?
- Que veut dire "umwamikazi"?
- Que veut dire "gusiga inzira amavuta"?

Quoi de neuf? New

Maintenant vous pouvez ajouter des commentaires sur les utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.