A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Mots par ordre alphabetique: A


Dictionnaire: Français - Kirundi
Mot / Phrase: allah
Définition: Izina abo mw'idini rya Islamu bakoresha risigura Imana
Examples:

Ex: Allah est Grand = Imana niyo Nkuru

ajouté par AbuSharif

Dictionnaire: Français - Kirundi
Mot / Phrase: allergie
Définition: inyankane
Examples:

Ex: Certains médicaments provoquent une allergie cutanée ou autre = Imiti imwe imwe irashobora gutera inyankane ku rukoba canke ahandi

ajouté par Em.Nd

Dictionnaire: Kirundi - Français
Mot / Phrase: amaguru / ukuguru
Définition: les jambes / la jambe
Examples:

urya mwigeme afise amaguru meza: cette fille a de belles jambes

Akari kure karya nyene amaguru: les grands objectifs sont atteints par des hommes forts

ajouté par sakubu785

Dictionnaire: Kirundi - Français
Mot / Phrase: amahembe
Définition: les cornes
Examples:

Ex: Iyo nka ifise amahembe maremare = cette vache a de longues cornes

ajouté par hakizimana

Page: « < 1 - 2 - 3 - 4 - 5 > »

Mots du jour

- Que veut dire "intama"?
- Que veut dire "guhimbaza"?
- Que veut dire "urupapuro"?
- Que veut dire "Amarike"?
- Que veut dire "umwamikazi"?

Quoi de neuf? New

Maintenant vous pouvez ajouter des commentaires sur les utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.