A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Utujajuro

Utujajuro twa Samandari na Inarunyonga

Umutwakazi

Umutwakazi yasanze uruzi rwuzuye rumutwara umwana,
Ati: "Ndahabereye inkuba, runtwariye umwana rusiga ingovyi. Mbega rumuhekeshiki?"
Araheza arondera amakara aterera mu ruzi,
Narwo ruti: "Fyiriririri..."
Nawe ati: "Gira ngo fyiriririri ga umuryango wiwe utaraza ba se wabo na ba se baraza?"


ajouté par Inès

Ajouter un commentaire:

Mots du jour

- Que veut dire "gutamarirwa"?
- Que veut dire "Umutima w'ubwenge"?
- Que veut dire "koko"?
- Que veut dire "icirore"?
- Que veut dire "ingwano"?

Quoi de neuf? New

Maintenant vous pouvez ajouter des commentaires sur les utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.