A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Utujajuro

Utujajuro twa Samandari na Inarunyonga

Kangaratete ka Nyagahinga

Babajije Kangaratete ka Nyagahinga bati: "Ko waritse make?"
Ati: "Nayatsindagiye". Arongera ati: "Umve iyo mvura ihinda, ihindiye mu giseke".
Bati: "Pfundurura turabe".
Ati: "Munyibukije yahise."


ajouté par Inès

Ajouter un commentaire:

Mots du jour

- Que veut dire "umuyabaga"?
- Que veut dire "hanze"?
- Que veut dire "imfungurwa / indya"?
- Que veut dire "Ubuntu"?
- Que veut dire "Amata"?

Quoi de neuf? New

Maintenant vous pouvez ajouter des commentaires sur les utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.