A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Ibisokozo

Devinettes en Kirundi: Sokwe? Ni ruze! ... Impa!

Sokwe? Soma.

Nyoko yambara ibiheko vyinshi nkeka aroga.

=> Umutobotobo.


ajouté par Inès

Ajouter un commentaire:

chris a écrit:
2015-05-27 05:23:17

Burundi urimwiza pe


MOREL a écrit:
2015-10-07 18:29:51

HAAA EWE BARUNDI


Barthelemy a écrit:
2016-01-02 06:12:43

Bandanya Mwandika Vyinshi Kuko Bizofasha Abana Tuzosiga.
Barthélemy


Thierry a écrit:
2016-06-08 06:57:50

Muturonderere #Dictionnaire Mukirundi No Mugifaransa Twoshira Muri Java


ENOCK a écrit:
2017-02-12 13:21:47

TERIMBERE NCUT ZANJ BARUNDI NKUNDA


Mots du jour

- Que veut dire "ibararabara"?
- Que veut dire "ugutwi (amatwi)"?
- Que veut dire "indwi"?
- Que veut dire "urwaruka"?
- Que veut dire "nka"?

Quoi de neuf? New

Maintenant vous pouvez ajouter des commentaires sur les utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.