A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Akanywababo

Espace réservé aux blagues, humour et histoires drôles

Nashaka utukure ku munwa nk'abandi!

Samandari yajanye n'umukobwa gutamba ya miziki y'ijoro, bukaba bwari ubwa mbere ahonyozayo ikirenge.

Yaritegereje abona abakobwa bariyo bose baratukura ku munwa kiretse uwo mugenzi wiwe. Vyongeye yabonye uko umuziki uheze umuhungu aca asoma umukobwa batambanye. Aca yibwira ati bwa bundi ndabonye igituma batukura ku munwa bose none nanje mpava ndabigana.

Hamwe umuziki ukur... [ suite ]


ajouté par Em.Nd - Commentaires(0)

Ntwarira ibi bintu ndaza n'amaguru

Samandari yavuye mu gihugu hagati aje kuramukanya i Bujumbura, akaba yari agemuye igitoke n'ibiharage vyuzuye umufuko.

Ashitse kw'isoko nkuru yarurutse bisi yamuzanye, aca abaza uwufise taxi ati mbe wontwara kuva ngaha gushika ku Mutakura wonyaka amahera angahe? Umushoferi yaciye amubwira ko ari ibihumbi bitatu gusa, Samandari aca arabandanya ati none ibi bintu mfise navyo uca ubitw... [ suite ]


ajouté par Em.Nd - Commentaires(0)

Ngiye kwimenya ni yo ndero naronse!

Umuhungu wa Samandari yasavye se ngo amukwere kandi amuhe n'itongo nk'uko n'abandi bavyeyi babigirira abahungu babo, nawe ararahira arata agati.

Wa muhungu abwira se ati aho ivyo vyose ubigira kubera uriko urarya itongo ushaka kuryisangiza wenyene?

Samandari yaciye yishura uwo mwana wiwe ngo uba wavuka kuri abo bavyeyi bandi jewe ukamvako, ahubwo mbere mba mfise vyinshi iy... [ suite ]


ajouté par Em.Nd - Commentaires(0)

Page: « < 3 - 4 - 5 - 6 - 7 - 8 - 9 - 10 - 11 - 12 > »

Mots du jour

- Que veut dire "gukina"?
- Que veut dire "ikigori / ibigori"?
- Que veut dire "kaze"?
- Que veut dire "yambu"?
- Que veut dire "intimba"?

Quoi de neuf? New

Maintenant vous pouvez ajouter des commentaires sur les utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.