A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Akanywababo

Espace réservé aux blagues, humour et histoires drôles

Ehe ya sake ntarayibaga ndaka.....!

Umupatiri yarasumye isake, bukeye ayihereza umukozi ngo ayitegure kugira ngo ave gusoma imisa asanga ihiye ayifungure.


Yabaye acinjira mw'isakirisiya kwitegura, umuboyi nawe aca afata imbugita ngo akerere ya nkoko ariko ica iramwiyaka iraguruka. Yaruhukiye hejuru ya Alutari, n'ubwoba n'akantu ko icitse kw'icumu ntiyakakaje. Umukozi nawe ntako yari kubigira kuko ntiyari kuja kuyiko... [ suite ]


ajouté par Em.Nd - Commentaires(0)

Urakunda amata utazi kworora wa rupfu we!

Akayabu karakunda cane amata n'inyama, mugabo kagira imana mbi aborozi b'ibitungwa birabura ntibakorohereza ngo bagahe ivyo kifuza, kakama gatungwa ahanini no kubaca mu ryahumye kakabiba kuko ivyo bagaha bitakabumba.

Umusi umwe rero umutama yabonye akayabu kariko kararungarunga karondera amata, aca aragashibura gatarikira nka hariya ati: urakunda amata utazi kuzorora wa rupfu we... [ suite ]


ajouté par Em.Nd - Commentaires(0)

Abagore ngo bavuga amajambo menshi!

Umugabo yakunda kubwira umukenyezi wiwe ko abagore bavuga amajambo menshi cane bikaruhisha abagabo, nawe ati uko ni ukurondera kudurtyoza ubona ko ata kabi mutaturemeka.

Umusi umwe uwo mugabo aca ataha afise ikinyamakuru canditswemwo ko abagabo ku musi bavuga amajambo 2.000 nayo abagore bakavuga ayarenga 4.000.

Uwo mukenyezi yaciye abwira umunega wiwe ati erega mwebwe aba... [ suite ]


ajouté par Em.Nd - Commentaires(0)

Page: « < 2 - 3 - 4 - 5 - 6 - 7 - 8 - 9 - 10 - 11 > »

Mots du jour

- Que veut dire "gukina"?
- Que veut dire "ikigori / ibigori"?
- Que veut dire "kaze"?
- Que veut dire "yambu"?
- Que veut dire "intimba"?

Quoi de neuf? New

Maintenant vous pouvez ajouter des commentaires sur les utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.