A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Akanywababo

Espace réservé aux blagues, humour et histoires drôles

Uguhekenya imisaya canke kutayihekenya harimwo indwara?

Umukobwa yagiye kwabirwa mu ntara atavukamwo, akaba yahora yumva ngo abantu baho bose barahekenya imisaya ku buryo n'abana bayihekenya kuva bakivuka.


Yararonse ikibondo adatevye, kandi yaritwararika kuraba ko uwo mwana atangura guhekenya imisaya nka se. Umwana amaze amezi atatu nyina yahavuye amujana kwa muganga ngo amusuzume ko akomeye nk'abandi.


Yaramwiganiy... [ suite ]


ajouté par Em.Nd - Commentaires(0)

Wa mbwa we!

Umunyekongo yaje gusaba akazi ko kwigisha mu Burundi bamurungika gukorera mu misozi nawe ata jambo na rimwe ry'ikirundi azi. Yarashitse baramwakira neza; arigisha ivyigwa yemeye ko ashobora gutanga.


Ariko yaciye yigira inama yo kurondera uwomwiza ikirundi kugira ashobore kubana n'abantu baho, kubaha bwakeye no kubaza ivyo akeneye. Uwo yaronse amwigisha yari uwo bakorana, ariko ivy... [ suite ]


ajouté par Em.Nd - Commentaires(0)

Ukunyerera si bibi?

Hari intara abantu baho bakunda kurenga ibigo, bagiye kwirega bakavuga ngo baranyereye. Kubera ko kw'iparuwasi yabo hari umupatiri w'umuzungu atashobora gutegera iyo mvugo bakoresheje narirya kuri we rwari ururimi yize kubera amabanga ajejwe rutari urwiwe.


Yibaza ko banyereye mu gihe haba haguye imvura. Yarabahezagira ati genda n'amahoro murarekuriwe ibicumuro vyanyu... [ suite ]


ajouté par Em.Nd - Commentaires(1)

Page: « < 1 - 2 - 3 - 4 - 5 - 6 - 7 - 8 - 9 - 10 > »

Mots du jour

- Que veut dire "guhimbaza"?
- Que veut dire "nyoko"?
- Que veut dire "imfungurwa / indya"?
- Que veut dire "ubwato"?
- Que veut dire "kumanuka"?

Quoi de neuf? New

Maintenant vous pouvez ajouter des commentaires sur les utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.