A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Akanywababo

Espace réservé aux blagues, humour et histoires drôles

Ukwiyahura biragoye!

Umugore yabonye ngo ubuzima bwamunaniye, aca yigira inama yo kwiyahura. Umunsi uri izina aritora mu gaturuturu azindukira ku ruzi ngo arwirohemwo. yagiye atwaye impuzu nziza yari afise kuko atashaka ko hari uwundi azozambara . 
 Ashitse ku ruzi yabanje gutereramwo impuzu yari afise yagiye atekeye, n’izo yari yambaye arateba arazikura azitayo. Aho hose yatayo impuzu imwe... [ suite ]


ajouté par Em.Nd - Commentaires(2)

Page: « < 4 - 5 - 6 - 7 - 8 - 9 - 10 - 11 - 12 - 13 > »

Mots du jour

- Que veut dire "gukina"?
- Que veut dire "ikigori / ibigori"?
- Que veut dire "kaze"?
- Que veut dire "yambu"?
- Que veut dire "intimba"?

Quoi de neuf? New

Maintenant vous pouvez ajouter des commentaires sur les utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.