A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Akanywababo

Espace réservé aux blagues, humour et histoires drôles

Si ivyo kuvuga!

Umwigeme yari amaze imyaka myinshi atararonka uwo bubakana arateba arihebura. Umusi umwe sinzi aho yari avuye ahura n'umusore bararamukanya, ahava aramubaza ko bobana nawe umukobwa aritabira ubwo nyene.


Ariko umuhungu aca aramubwira ati nshaka kukubwira hakiri kare uko ndi wemere ko tubana ubizi. Umukobwa ati mbarira numve ivyo ari vyo! Wa muhungu ati amaso yanje ntakomeye kuko si... [ suite ]


ajouté par Em.Nd - Commentaires(1)

Ndayaterera hejuru Imana akakira ayasigaye ikansubiza

Umu patiri yatumiye bagenziwe babiri mumusi mukuru kw`i paruwasi iwe, vyabaye kera baramubaza bati: "Weho ubi genza ute kugire uronke amahera nkaya?" nawe ati : "aba kirisu banyu ntibatanga imperezwa?"

Bose bati ego barazitanga, nawe ati none muca mubigenza mute? Uwambere ati: "Jewe ncanca umurongo nkaheza ngaterera hejuru, ayagwa i buryo nay' Imana iy'i bubamfu ni rwanje." Uwundi a... [ suite ]


ajouté par Audrine - Commentaires(0)

Ongereza inguvu turayijanye!

Abasazi babiri babonye inzu nziza ku nkengera z'ikiyaga ca Tanganyika, umwe atangura kwidoga ngo murabona iyi nzu y'igitangaza baje gushira muri uwu mwonga aho ata wuyibona kandi iyo bayubaka hariya i Kiriri hakirurutse ari ho iba iboneka neza! Mugenziwe ati ingo rero tuyisunike tuyijaneyo!

Ngabo bashizeko amaboko barasuguuuuuuuuma, n'agatuguta karabacanira. Bumvise icuya kibarenze b... [ suite ]


ajouté par Em.Nd - Commentaires(0)

Page: « < 4 - 5 - 6 - 7 - 8 - 9 - 10 - 11 - 12 - 13 > »

Mots du jour

- Que veut dire "inkokora"?
- Que veut dire "ijoro"?
- Que veut dire "ikiyiko"?
- Que veut dire "imboneshakure"?
- Que veut dire "uruhimbi"?

Quoi de neuf? New

Maintenant vous pouvez ajouter des commentaires sur les utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.