Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Utujajuro

Utujajuro twa Samandari na Inarunyonga

Gitwe ca Ntwetwe

Bajije Gitwe ca Ntwetwe bati: "Mbega Gitwe ca Ntwetwe ukarira ku mangati?"
Ati: "N'abarira ku marira barahoze."


vyanditswe na Inès - Ivyongeweko(0)

Umununi n'ifundi

Umununi n'ifundi bihuriye ku mutongotongo, umununi ubaza ifundi uti: "Ko ufise ubunwa butobuto ni kuki?" Ifundi iti: "Utw'umworo twomwegera."


vyanditswe na Inès - Ivyongeweko(0)

Ruhehesha rwa Mashiga

Ruhehesha  rwa Mashiga umushinguzi w'ikinyoma yatetse amabuye , ngo yanke gusha ayanywa umufa, ati:"Inkwi zanje n'amazi navomye ntivyopha ubusa."


vyanditswe na Inès - Ivyongeweko(0)

Urupapuro: « < 1 - 2 - 3 - 4 - 5 - 6 - 7 > »

Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "soleil"?
- Bisigura iki "catalyseur"?
- Bisigura iki "loin"?
- Bisigura iki "dignité"?
- Bisigura iki "liste"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.