Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Utujajuro

Utujajuro twa Samandari na Inarunyonga

Gikere

Gikere bakibariye bati: "Gikere ja kuvoma."
Naco giti: "Ndiruhiye."
Bati: "Gikere ja gusenya udukwi."
Giti:"Ndirwariye."
Barasubira bati: "Gikere zana inkoko tukugaburire."
Giti:"Ngaho mpfe kwandara."


vyanditswe na Inès - Ivyongeweko(0)

Kirogorye

Ikirogorye canyereye ki gishishwa, kirarwa,
Giti: "Haborewe jewe, hari akantu abaruganye."


vyanditswe na Inès - Ivyongeweko(0)

Imfyisi

Babajije imfyisi bati: "Mbega ko ugenda wunamye?"
Iti: "Ni isoni za cane." Naho yariko irakwega umupfu.


vyanditswe na Inès - Ivyongeweko(0)

Urupapuro: « < 1 - 2 - 3 - 4 - 5 - 6 - 7 > »

Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "chaleur"?
- Bisigura iki "chercher "?
- Bisigura iki "bonsoir"?
- Bisigura iki "vierge"?
- Bisigura iki "quatre-vingt"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.