Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Utujajuro

Utujajuro twa Samandari na Inarunyonga

Umutwakazi

Umutwakazi yasanze uruzi rwuzuye rumutwara umwana,
Ati: "Ndahabereye inkuba, runtwariye umwana rusiga ingovyi. Mbega rumuhekeshiki?"
Araheza arondera amakara aterera mu ruzi,
Narwo ruti: "Fyiriririri..."
Nawe ati: "Gira ngo fyiriririri ga umuryango wiwe utaraza ba se wabo na ba se baraza?"


vyanditswe na Inès - Ivyongeweko(0)

Samandari

Babariye Samandari bati: "Ugaturutsa uzikubita?"
Nawe ati: "Nimba iwanyu muzirya amenyo."


vyanditswe na Inès - Ivyongeweko(1)

Samandari

Samandari yahonyoye mu migondoro y'ibiharage,
Bati: "Urabona ga Samandari ukamponyorera mu migondoro y'ibiharage!"
Ati:"Uraba wumva birenge ni wewe ubarirwa."


vyanditswe na Inès - Ivyongeweko(0)

Urupapuro: « < 1 - 2 - 3 - 4 - 5 - 6 - 7 > »

Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "miroire"?
- Bisigura iki "Honte"?
- Bisigura iki "jeu(x)"?
- Bisigura iki "pardon"?
- Bisigura iki "chanter"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.