Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Insiguro y'ururimi rw'ikirundi

Hitamwo kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi Ikirundi - Igifaransa

Kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi
Ijambo/Iryungane: jeu(x)
Insiguro: umukino, inkino
Uturorero:

Ex: Un jeu de cartes = Umukino w'amakarata.

vyanditswe na kaneza

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: inka
Insiguro: vache
Uturorero:

Ex: Inka nyinshi = Beaucoup de vaches.

vyanditswe na kaneza

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: hanze
Insiguro: à l'extérieur, dehors
Uturorero: Nta turorero twatanzwe
vyanditswe na gabriel

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: gukora
Insiguro: travailler
Uturorero: Nta turorero twatanzwe
vyanditswe na gabriel

Urupapuro: « < 65 - 66 - 67 - 68 - 69 - 70 - 71 - 72 - 73 - 74 > »

Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "chanter"?
- Bisigura iki "Nez"?
- Bisigura iki "partager"?
- Bisigura iki "kur'ubu (kuri ubu), hari n'aho"?
- Bisigura iki "glander"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.