Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Insiguro y'ururimi rw'ikirundi

Hitamwo kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi Ikirundi - Igifaransa

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: umuhungu / abahungu
Insiguro: un garçon / les garçons
Uturorero:

Ex: umuhungu muremure = un garçon élancé

synoyme: umusore

vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: umukobwa / abakobwa
Insiguro: une fille / les filles
Uturorero:

Ex: umukobwa mwiza = une belle fille

synonyme: umurondo, umuzezwanzu, umwigeme

vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: urukanywa
Insiguro: boisson
Uturorero:

Ex: uru rukanywa ni rubashike ku nyota = que cette boisson vous raffraichisse

vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: kiyago
Insiguro: discussion, forum
Uturorero:

Ex: ikiyago c'abarundi = discussion entre burundais

vyanditswe na Blaise

Urupapuro: « < 65 - 66 - 67 - 68 - 69 - 70 - 71 - 72 - 73 - 74 > »

Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "chanter"?
- Bisigura iki "Nez"?
- Bisigura iki "partager"?
- Bisigura iki "kur'ubu (kuri ubu), hari n'aho"?
- Bisigura iki "glander"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.