Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Insiguro y'ururimi rw'ikirundi

Hitamwo kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi Ikirundi - Igifaransa

Kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi
Ijambo/Iryungane: dignité
Insiguro: ubuntu
Uturorero:

Ex: la dignité s'acquiert par effort personnel = ubuntu burihabwa

vyanditswe na riccardo

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: ubunebwe
Insiguro: la paresse
Uturorero:

Ex: ubunebwe n'intambamyi y'iterambere = la paresse est un handicap au developpement

vyanditswe na riccardo

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: kuruhuka
Insiguro: se reposer
Uturorero:

Ex: kuruhuka ni vyiza = c'est bon de se reposer

vyanditswe na riccardo

Kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi
Ijambo/Iryungane: amour
Insiguro: urukundo
Uturorero:

Ex: l'amour de tous est nécessaire = urukundo rwa bose rurakenewe

vyanditswe na riccardo

Urupapuro: « < 6 - 7 - 8 - 9 - 10 - 11 - 12 - 13 - 14 - 15 > »

Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "chanter"?
- Bisigura iki "Nez"?
- Bisigura iki "partager"?
- Bisigura iki "kur'ubu (kuri ubu), hari n'aho"?
- Bisigura iki "glander"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.