Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Ibisokozo

Devinettes en Kirundi: Sokwe? Ni ruze! ... Impa!

Sokwe? Soma.

Ngo tuje kugarura Rugamba irambutse.

=> Ikinyugunyugu.


vyanditswe na Inès - Ivyongeweko(0)

Sokwe? Soma.

Narungitse umwana kurahura none n'ubu ntaraza.

=> Umwotsi.


vyanditswe na Inès - Ivyongeweko(0)

Sokwe? Soma.

Kubita binati ntiyota arasara.

=> Urubumbiro.


vyanditswe na Inès - Ivyongeweko(0)

Urupapuro: « < 1 - 2 - 3 - 4 - 5 - 6 - 7 - 8 - 9 - 10 > »

Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "dictionnaire"?
- Bisigura iki "miroire"?
- Bisigura iki "mars"?
- Bisigura iki "porc"?
- Bisigura iki "bonne nuit"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.