Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi
Ijambo/Iryungane: don
Insiguro: - ingabire
- ingabirano
- impano
Uturorero:

1. Les pays développés accordent des dons aux pays en voie de développement = Ibihugu bitunze biraha ingabire ibihugu bikiri mu nzira y'amajambere

2. Un don de Dieu = Ingabirano (impano) y'Imana

vyanditswe na Em.Nd

Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "date"?
- Bisigura iki "capitale"?
- Bisigura iki "danser"?
- Bisigura iki "lac"?
- Bisigura iki "jouer"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.