Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Amajambo mu rutonde rw'indome: U


Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: umuganwa
Insiguro: prince
Uturorero:

Ex: Umuganwa Rudoviko Rwagasore yapfiriye Uburundi n'abarundi = Le Prince Louis Rwagasore est mort pour le Burundi et les Burundais

vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: umugenzi (abagenzi)
Insiguro: ami(s)
Uturorero:

Ex: umugenzi w'ukuri umubonera mu magorwa = tu vois un vrai ami quand tu as des problèmes

vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: umugore / abagore
Insiguro: une femme / les femmes
Uturorero:

Synonyme: umupfasoni, inarugo, umukenyezi

vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: umuhungu / abahungu
Insiguro: un garçon / les garçons
Uturorero:

Ex: umuhungu muremure = un garçon élancé

synoyme: umusore

vyanditswe na Inès

Urupapuro: « < 2 - 3 - 4 - 5 - 6 > »

Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "culture"?
- Bisigura iki "bataille"?
- Bisigura iki "lampe"?
- Bisigura iki "valeur"?
- Bisigura iki "novembre"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.