Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Amajambo mu rutonde rw'indome: U


Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: umubanyi
Insiguro: voisin
Uturorero:

Ex: umubanyi niwe muryango = le voisin est comme un membre de famille 

vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: umubiri
Insiguro: corps physique
Uturorero:

Umuntu afise ibihimba bitatu: umubiri, umutima ntitiri n'umutima w'ubwenge. Umutima ntitiri ni umuhuza w'umubiri, n'umutima w'ubwenge utaboneka. Umuntu iyo apfuye, umubiri urahambwa mw'ivu.

Umutima ntitiri uguma iruhande y'umutima w'ubwenge ikiringo gito, uraheza ukayonga, imbere yuko umutima w'ubwenge ushikira ikibanza cawugeneye, gihuriranye n'ubutore agezeko mu myimenyerezo n'imibereho yo kw'isi.

Hambere aho, imbere y'amashengero y'abakristu n'aba Islamu, mu Burundi bigisha yuko umuntu atabaho rimwe gusa kw'isi

vyanditswe na filozofe

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: umuco
Insiguro: lumière
Uturorero: Nta turorero twatanzwe
vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: umugani, imigani
Insiguro: récit(s) historique(s), conte(s) didactique(s)
Uturorero: Nta turorero twatanzwe
vyanditswe na Blaise

Urupapuro: « < 1 - 2 - 3 - 4 - 5 > »

Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "sur"?
- Bisigura iki "Quatre-vingt-dix"?
- Bisigura iki "lui (elle)"?
- Bisigura iki "bouteille"?
- Bisigura iki "Rectangle"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.