Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Amajambo mu rutonde rw'indome: S


Kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi
Ijambo/Iryungane: salon
Insiguro: ubuteramiro
Uturorero:

Ex: Nous étions tous au salon quand il l'a tiré dessus = Twese twari mu buteramiro igihe amurasa

vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi
Ijambo/Iryungane: securité
Insiguro: umutekano
Uturorero: Nta turorero twatanzwe
vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi
Ijambo/Iryungane: sel
Insiguro: umunyu
Uturorero: Nta turorero twatanzwe
vyanditswe na Alyda

Kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi
Ijambo/Iryungane: septembre
Insiguro: Nyakanga
Uturorero:

Ex: Je suis née au mois de septembre = Navutse mu kwezi kwa Nyakanga

vyanditswe na Inès

Urupapuro: « < 1 - 2 > »

Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "Bible"?
- Bisigura iki "ongle(s)"?
- Bisigura iki "don"?
- Bisigura iki "professeur"?
- Bisigura iki "Lapin"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.