Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Amajambo mu rutonde rw'indome: P


Kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi
Ijambo/Iryungane: pipe
Insiguro: inkono y'itabi
Uturorero:

Ex: mon grand-père a une pipe = sogokuru afise inkono y'itabi

vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi
Ijambo/Iryungane: pitié
Insiguro: imbabazi
Uturorero:

Ex: Aie pitié Père = Gira imbabazi Dawe

vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi
Ijambo/Iryungane: porc
Insiguro: ingurube
Uturorero: Nta turorero twatanzwe
vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi
Ijambo/Iryungane: porcin(s)
Insiguro: ikibuguru / ibibuguru
Uturorero: Nta turorero twatanzwe
vyanditswe na Inès

Urupapuro: « < 1 - 2 - 3 - 4 > »

Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "enfant(s)"?
- Bisigura iki "Quatre-vingt-dix"?
- Bisigura iki "pipe"?
- Bisigura iki "toi"?
- Bisigura iki "avocat"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.