Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Amajambo mu rutonde rw'indome: K


Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: kugenda biguru untege
Insiguro: marcher lentement avec une sorte de paraisse
Uturorero:

Mbe ko ugenda biguru untege ntubona ko bwije?

vyanditswe na sakubu785

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: kumanuka
Insiguro: descendre
Uturorero: Nta turorero twatanzwe
vyanditswe na Alyda

Kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi
Ijambo/Iryungane: kur'ubu (kuri ubu), hari n'aho
Insiguro: peut-être
Uturorero:

Ex: kur'ubu yabigize atabishaka = peut-etre il ne l'a pas fait expres

vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: kuruhuka
Insiguro: se reposer
Uturorero:

Ex: kuruhuka ni vyiza = c'est bon de se reposer

vyanditswe na riccardo

Urupapuro: « < 1 - 2 - 3 - 4 > »

Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "miroire"?
- Bisigura iki "Honte"?
- Bisigura iki "jeu(x)"?
- Bisigura iki "pardon"?
- Bisigura iki "chanter"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.