Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Amajambo mu rutonde rw'indome: I


Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: ici
Insiguro: été
Uturorero:

Ex: "Le fils de Ndenzako viendra cet été" = "Umuhungu wa Ndenzako azoza mu ci"

vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: icirore
Insiguro: miroir
Uturorero: Nta turorero twatanzwe
vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: icupa
Insiguro: une bouteille
Uturorero:

Ex: icupa ry'amazi = une bouteille d'eau

vyanditswe na riccardo

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: igihe / ibihe
Insiguro: temps
Uturorero: Nta turorero twatanzwe
vyanditswe na Inès

Urupapuro: « < 1 - 2 - 3 - 4 - 5 > »

Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "livre"?
- Bisigura iki "longueur"?
- Bisigura iki "cloture"?
- Bisigura iki "octobre"?
- Bisigura iki "pyjama"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.