Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Amajambo mu rutonde rw'indome: E


Kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi
Ijambo/Iryungane: eau
Insiguro: amazi
Uturorero:

Ex: eau potable = amazi y'umusarara

vyanditswe na riccardo

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: ejo
Insiguro: hier / demain
Uturorero: Nta turorero twatanzwe
vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi
Ijambo/Iryungane: enfant(s)
Insiguro: umwana-abana
Uturorero:

les enfants jouent au ballon

abana barakina umupira

vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi
Ijambo/Iryungane: eux (elles)
Insiguro: bo
Uturorero:

Ex: C'est eux-mêmes = Ni bo nyene.

vyanditswe na gabriel

Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "Bible"?
- Bisigura iki "ongle(s)"?
- Bisigura iki "don"?
- Bisigura iki "professeur"?
- Bisigura iki "Lapin"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.