Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Amajambo mu rutonde rw'indome: B


Kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi
Ijambo/Iryungane: bouteille
Insiguro: icupa
Uturorero:

Ex: Donne-lui cette bouteille qui est sur la table = Muhe rirya icupa riri ku meza

vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: bukumbi
Insiguro: soudain (accident, décès)
Uturorero:

Ex: impanuka yamuhitanye bukumbi = soudain, l'accident l'a tué

vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: bukwi na bukwi
Insiguro: très rapidement
Uturorero:

Ex: yiteguye bukwi na bukwi aca aragenda = elle s'est preparée très rapidement et elle est partie

vyanditswe na Inès

Urupapuro: « < 1 - 2 - 3 > »

Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "lampe"?
- Bisigura iki "nous"?
- Bisigura iki "quatre"?
- Bisigura iki "diviser"?
- Bisigura iki "Stylo"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.