Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Amajambo mu rutonde rw'indome: B


Kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi
Ijambo/Iryungane: balayer
Insiguro: gukubura
Uturorero:

Ex: les filles sont en train de balayer la maison = abigeme/abakobwa bariko barakubura mu nzu

vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi
Ijambo/Iryungane: ballon
Insiguro: umupira
Uturorero: Nta turorero twatanzwe
vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi
Ijambo/Iryungane: bataille
Insiguro: Ingwano
Uturorero:

Ex: la bataille d'hier a fait deux victimes = Ingwano y'ejo yahitanye abantu babiri

vyanditswe na sakubu785

Kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi
Ijambo/Iryungane: bible
Insiguro: Bibliya
Uturorero:

Igitabo c'Imana mw'idini ry'abakristo.

Ex. Sainte Bible=Bibliya Yera

vyanditswe na Sam

Urupapuro: « < 1 - 2 - 3 > »

Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "Lune"?
- Bisigura iki "quatre"?
- Bisigura iki "porcins"?
- Bisigura iki "Allah"?
- Bisigura iki "don"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.