Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Amajambo mu rutonde rw'indome: A


Kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi
Ijambo/Iryungane: automne
Insiguro: impeshi
Uturorero: Nta turorero twatanzwe
vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi
Ijambo/Iryungane: avocat
Insiguro: ivoka, umuserukiramanza
Uturorero:

Ex: "Buname mange un avocat" = "Buname ararya ivoka"

"L'avocat de Jean viens d'arriver au tibunal" = "Umuserukiramanza wa Yohani arashitse kuri sentare"

vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Igifaransa - Ikirundi
Ijambo/Iryungane: avril
Insiguro: Ndamukiza
Uturorero: Nta turorero twatanzwe
vyanditswe na Inès

Urupapuro: « < 2 - 3 - 4 - 5 - 6 > »

Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "culture"?
- Bisigura iki "bataille"?
- Bisigura iki "lampe"?
- Bisigura iki "valeur"?
- Bisigura iki "novembre"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.