Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Amajambo mu rutonde rw'indome: A


Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: amahoro
Insiguro: paix
Uturorero:

Ex: dushaka amahoro mu gihugu cacu = nous voulons la paix dans notre pays

vyanditswe na Inès

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: amakamano
Insiguro: C`est le lait de vaches en bon termes.
Uturorero: Nta turorero twatanzwe
vyanditswe na Audrine

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: amarike
Insiguro: de l`eau boullie très chaude.
Uturorero: Nta turorero twatanzwe
vyanditswe na Audrine

Kazinduzi: Ikirundi - Igifaransa
Ijambo/Iryungane: amata
Insiguro: Lait (n.m)
Uturorero:

Nshaka amata y'ifu (=Je veux le lait en poudre)

vyanditswe na philos

Urupapuro: « < 1 - 2 - 3 - 4 - 5 > »

Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "enfant(s)"?
- Bisigura iki "Quatre-vingt-dix"?
- Bisigura iki "pipe"?
- Bisigura iki "toi"?
- Bisigura iki "avocat"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.