Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Ibisokozo

Devinettes en Kirundi: Sokwe? Ni ruze! ... Impa!

Sokwe? Soma.

Ndarwaje.

=> Inzara mu bana.


vyanditswe na Inès

Gira ico mubivuzeko:

Ephraim yanditse:
2018-12-08 20:38:48

Sokwe! Soma
Gira So Katamobwa?
=>agahanga K'imbwa


Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "gri-gri"?
- Bisigura iki "Quatre-vingt-dix"?
- Bisigura iki "amour"?
- Bisigura iki "octobre"?
- Bisigura iki "lampe"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.