Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Akanywababo

Espace réservé aux blagues, humour et histoires drôles

Abamanuka

Hariho umugore yaje ava ruguru amanutse i bujumbura abona izuba ni ryose abaza mugenzi we ati: "Mbega iri zuba muribamwo gute hamwe nubu bushuhe?" Nyamugenzi we amubarira ati: "Ntubona ko twese tugenda twambaye amarori?"


Haheze iminsi aja mumangazini kugura marori ahura n'umudandaza waho ara mubaza ati: "Mwoba mugurisha amarori?" Ara mubaza nawe ati: "ushaka amarori yizuba?"


Nyamugore aramwihweza aca amubwira ati: "aho witegereje usanga nizuba rikeneye amarori...????"


vyanditswe na krys

Gira ico mubivuzeko:

inamahoro yanditse:
2010-02-22 13:40:10

merci vraiment ca me fait plaisir de reentendre ma langue kirundi


ciza.terance yanditse:
2011-05-04 11:32:18

jewe notanga nukuvuga yuko uguze amarori nivyiza kubera ubone neza kandi nkomugihe cizuba ubone neza


adelinnigaba yanditse:
2011-09-13 00:35:30

Mbega yemwe ko yamudadikiye ubwo yahavuye amenya koko ico gikeneye amarori atari amaso!!!


Husseen yanditse:
2011-11-22 12:16:34

ha ha ha ha haaa thnx.


Nzisabira yanditse:
2012-01-11 10:40:30

Aho bukera ndabicisha Utunwababu. Nfise injojo n'injojo zabwo!!! Murindire gusa ndonke akanya ndatupange k umurongo.


iteka yanditse:
2013-03-16 00:38:32

oo my god, biraryoshe naho gusoma bingora biranryohera kandi binyigisha to read. I like this kiyago.com . thanks


egide12 yanditse:
2013-03-19 00:00:27

nuko wogenda ubaza neza ukagura ivyagutwayeyo ukavayo amahoro


Glad yanditse:
2013-05-22 14:23:53

Jewe nibaza ko 'amarori yizuba' candikwa Amarori y'izuba. Hama na hama na harya handitse 'nizuba rikeneye amarori' nibaza ko bandika ni izuba rikeneye amarori. Niza Lettres Modernes kera nshobora kuba naravzibagiye kubera izindi ndimi naciye niga.


kwunema yanditse:
2014-03-11 21:15:47

j'aime haha


sadock yanditse:
2014-10-31 06:53:16

Hahaha nimpinyayuro


chris yanditse:
2015-05-31 09:08:02

wap yamutahuy nab uwo mudadaz


ntirampebas3 yanditse:
2015-10-06 13:15:46

Hahaha!!


Stephan yanditse:
2015-12-10 05:22:06

Wap twige ibinu bimwe haiho imvugo zimwe zimwe zokwiyoroheseza uyo mumanuka namenyereye igisagara


edidiertilaco yanditse:
2016-10-03 05:12:34

hahahaha,urarenze kumablague vraiment,ni bakureke!!!!!


Niyitanga_emmanuel.69040163 yanditse:
2016-11-29 21:28:02

bandanya


Aimable yanditse:
2017-02-27 19:01:02

Karamara


makorosi yanditse:
2017-07-21 16:09:48

Utundi Turadukeneye


Eloird yanditse:
2018-12-28 07:45:31

Oya Namaso Akeney Amalori


Gutahura yanditse:
2019-01-25 12:42:12

Uwo mugore,umudandaza amubajij'ati;amarori yizuba?ngirango yibajije ko aya marori arayo izuba ryambara


Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "chaleur"?
- Bisigura iki "couteau"?
- Bisigura iki "lumière"?
- Bisigura iki "rire"?
- Bisigura iki "quatre"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.