Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Akanywababo

Espace réservé aux blagues, humour et histoires drôles

Urakunda amata utazi kworora wa rupfu we!

Akayabu karakunda cane amata n'inyama, mugabo kagira imana mbi aborozi b'ibitungwa birabura ntibakorohereza ngo bagahe ivyo kifuza, kakama gatungwa ahanini no kubaca mu ryahumye kakabiba kuko ivyo bagaha bitakabumba.

Umusi umwe rero umutama yabonye akayabu kariko kararungarunga karondera amata, aca aragashibura gatarikira nka hariya ati: urakunda amata utazi kuzorora wa rupfu we!


vyanditswe na Em.Nd

Gira ico mubivuzeko:

Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "bonne nuit"?
- Bisigura iki "Rapport (Rapports)"?
- Bisigura iki "don"?
- Bisigura iki "cloture"?
- Bisigura iki "livre"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.