Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Akanywababo

Espace réservé aux blagues, humour et histoires drôles

Nashaka utukure ku munwa nk'abandi!

Samandari yajanye n'umukobwa gutamba ya miziki y'ijoro, bukaba bwari ubwa mbere ahonyozayo ikirenge.

Yaritegereje abona abakobwa bariyo bose baratukura ku munwa kiretse uwo mugenzi wiwe. Vyongeye yabonye uko umuziki uheze umuhungu aca asoma umukobwa batambanye. Aca yibwira ati bwa bundi ndabonye igituma batukura ku munwa bose none nanje mpava ndabigana.

Hamwe umuziki ukurikira uheze yaciye ashinga amenyo ku munwa wa wa mukobwa basohokana, nawe atera induru ati erega urankomerekeje. Samandari nawe ati nashaka nawe utukure ku munwa nk'abandi bakobwa!


vyanditswe na Em.Nd

Gira ico mubivuzeko:

Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "bonne nuit"?
- Bisigura iki "Rapport (Rapports)"?
- Bisigura iki "don"?
- Bisigura iki "cloture"?
- Bisigura iki "livre"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.