Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Akanywababo

Espace réservé aux blagues, humour et histoires drôles

Si ivyo kuvuga!

Umwigeme yari amaze imyaka myinshi atararonka uwo bubakana arateba arihebura. Umusi umwe sinzi aho yari avuye ahura n'umusore bararamukanya, ahava aramubaza ko bobana nawe umukobwa aritabira ubwo nyene.


Ariko umuhungu aca aramubwira ati nshaka kukubwira hakiri kare uko ndi wemere ko tubana ubizi. Umukobwa ati mbarira numve ivyo ari vyo! Wa muhungu ati amaso yanje ntakomeye kuko simbona nk'abandi. Umukobwa ati ivyo ntaco bitwaye ndavyemeye.

Umuhungu arabandanya ati sinshobora gutambuka neza kuko n'amaguru ntakomeye. Uwundi ati n'ivyo ntaco bitwaye tuzobana. Umusore arasubira ati raba neza utuboko twanje ingene tunamvye; nduha ningoga sinshobora gukora umwanya munini. Wa mukobwa aca aracika inkokora, ati none wumva umeze uko womarira iki?


vyanditswe na Em.Nd

Gira ico mubivuzeko:

philos yanditse:
2009-08-24 23:27:14

haha


JEIPRO yanditse:
2018-06-25 15:23:53

HAHAIHA


Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "bonne nuit"?
- Bisigura iki "Rapport (Rapports)"?
- Bisigura iki "don"?
- Bisigura iki "cloture"?
- Bisigura iki "livre"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.