Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Akanywababo

Espace réservé aux blagues, humour et histoires drôles

Nzoca nsaba bapfunge iri shengero ko ata n'ic'icumi batanga

Umupasitori yatembereye mu ntara atabamwo, arabaririkiriza ahaba umupasitori w’aho hantu aca aragenda kumuramutsa.
 Ariko bose uko ari babiri nta n’umwe yari azi uwundi. Baricara baraganira nk’abatazinanyi nyene, amasaha n’ayandi arahera.Umusangwa abonye umushitsi atihuta gutaha atangura kumusigurira ko adafise ico amuzimana, ko ishengero ryabo rikenye, abaki... [ ibikurikira ]


vyanditswe na Em.Nd - Ivyongeweko(1)

None wewe ndagutuka ga wa sema we!

Umugore yakunda gutukana cane, agatuka abantu bose, n’umugabo wiwe ntamuziganye akamutuka n’abandi bumva. Amajambo yiwe yose yaba yuzuyemwo ibitutsi vy’umurengera ku buryo ata muntu n’umwe atatuka.

 Umunsi umwe umupfasoni w’umubanyi amujako aramuhanura kugira ahebe uwo mugenzo mubi yari afise watuma adashobora kubana nez... [ ibikurikira ]


vyanditswe na Em.Nd - Ivyongeweko(0)

Babura ubuhinga bw'iciza nayo ubwo kwiba barabufise!

Abahungu babiri bavukana bagiye kwiba inka, bayitahana ibikenye bamaze kuyibaga. Bari bafise nyina agakunda inyama cane, nk’uko ata jambo yisigariza akavuga n’ivyo yari akwiye kunuma, kandi yari ashaje cane.
 Uwo munsi bigira inama yo kutamuha inyama kuko bari bivye inka hafi bagatinya ko beneyo bohava bamubaza akabivuga. Ariko umwe muri bo arahindura ati ntitwomwima yar... [ ibikurikira ]


vyanditswe na Em.Nd - Ivyongeweko(0)

Urupapuro: « < 4 - 5 - 6 - 7 - 8 - 9 - 10 - 11 - 12 - 13 > »

Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "chanter"?
- Bisigura iki "Nez"?
- Bisigura iki "partager"?
- Bisigura iki "kur'ubu (kuri ubu), hari n'aho"?
- Bisigura iki "glander"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.