Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Akanywababo

Espace réservé aux blagues, humour et histoires drôles

Ni jewe ndya iyo kw'itako

Umugabo n'umugore bavuye mu kabare baborewe, bagenda baricako umwe agwa uwundi avyura. Bari hafi yo gushika muhira babonye inkware aho ihagaze bati irya mboga ntitujane reka turabe ingene twoyifata.

Ariko rero kubera bazi ko inkware inyaruka baragize ingorane yo gutora uburyo nyabwo bwo kuyicakira. Umugore ati reka nkure igikwemu ndayihwikire ndazi ko itansiga!

Umugabo yaci... [ ibikurikira ]


vyanditswe na Em.Nd - Ivyongeweko(0)

Amazuru ya Kinyoni arazirana n'umwotsi w'ipilipili!

Abana babiri bavukana, Kinyoni na Baribarira, bavuye kw'ishure bashonje basanga nta mfungurwa ziri mu nkono kandi nyina si ho yari yiriwe. Ariko baca bibuka ko hari imihwi ku rusenge, Kinyoni aca arurirayo kugira azane iyo bihereza.

Amaze guhanyura imihwi ibiri nyina aba arashitse kandi bamwumvise yamaze kwinjira mu nzu. Uwari ku rusenge yaciye agumayo, uwari hasi aca arasohoka han... [ ibikurikira ]


vyanditswe na Em.Nd - Ivyongeweko(0)

Mbega irya nka ntiravyara?

Umugabo yagiye kwimba ingwa mu musozi nk’uko yari amaze iminsi abigenza kugira  asige inzu yiwe, mugabo uwo musozi uca urabomoka ari yo akiri.Uwo musozi wasidutse kubera inka zari kuri wo, imbere yo kuwinjiramwo akaba yari yabonye ko hari iyariko irima.Imana yose umusozi wasidukiye aho yarenganye, mugabo abura ingene avayo kuko aho yari guca hari hugawe n... [ ibikurikira ]


vyanditswe na Em.Nd - Ivyongeweko(0)

Urupapuro: « < 4 - 5 - 6 - 7 - 8 - 9 - 10 - 11 - 12 - 13 > »

Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "chanter"?
- Bisigura iki "Nez"?
- Bisigura iki "partager"?
- Bisigura iki "kur'ubu (kuri ubu), hari n'aho"?
- Bisigura iki "glander"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.