Abanywanyi

A  B  C  D  E  F  G  H  I  J  K  L  M  N  O  P  Q  R  S  T  U  V  W  X  Y  Z 

Akanywababo

Espace réservé aux blagues, humour et histoires drôles

Abamanuka

Hariho umugore yaje ava ruguru amanutse i bujumbura abona izuba ni ryose abaza mugenzi we ati: "Mbega iri zuba muribamwo gute hamwe nubu bushuhe?" Nyamugenzi we amubarira ati: "Ntubona ko twese tugenda twambaye amarori?"


Haheze iminsi aja mumangazini kugura marori ahura n'umudandaza waho ara mubaza ati: "Mwoba mugurisha amarori?" Ara mubaza nawe ati: "ushaka amarori yizuba?... [ ibikurikira ]


vyanditswe na krys - Ivyongeweko(16)

Uzoca unsubizamwo amagufa yanje!

Adamu yabonye vyamunaniye kubana n'umugore, aca aja kwitwara abwira Imana ati: "Wa mugore wampa yananiye ntitugishoboye kubana". Imana nayo iramubaza iti: "Vyifashe gute kugira urinde uvuga uko"?


Adamu asubizayo ati: "Asigaye ari intagondwa, ataha ijoro kandi araborerwa cane, nagira ndavuga akantuka bimwe atawobisubiramwo". Ni ho rero Imana yabaz... [ ibikurikira ]


vyanditswe na Em.Nd - Ivyongeweko(9)

Aho ntushavujwe n'uko ngira ndakurye ntarasenga? Rindira nsenge...

Umupatiri yariko aratembera ku kagoroba ari wenyene agenda arasoma ishapure, ahura n'ingwe ica iravuba ngo imusimbireko imurye. Patiri aca arayikankamira ati: "Nta soni ugomba kundya ndi patiri? Ubona ari nde yosomera imisa abakristu"?


Ya ngwe ica isubizayo iti: "Aho ntushavujwe n'uko nagira ndakurye ntarasenga? Rindira nsenge nce ndakurya kandi ninamara gusenga uce umpezagira han... [ ibikurikira ]


vyanditswe na Em.Nd - Ivyongeweko(7)

Urupapuro: « < 1 - 2 - 3 - 4 - 5 - 6 - 7 - 8 - 9 - 10 > »

Ijambo ry'uno musi

- Bisigura iki "largeur"?
- Bisigura iki "amour"?
- Bisigura iki "passé"?
- Bisigura iki "salon"?
- Bisigura iki "table"?

Ibishasha! New

Ubu mushobora kugira ico mwongeyeko k' utunywababo, utujajuro, ibisokozo, imigani.